Kuri uno muhingamo w’igenekerezo rya 19 Gitugutu, umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba, Niyungeko Alain Olivier yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 30 bagiye gutegura ihiganwa rya CECAFA […]

362 total views, 362 views today

...
More

Mu gihe ihiganwa rya primus league muri iyindwi rizoba riteye ku ncuro y’ 8, kuri uyu wa gatandatu hategekanijwe urukino rukomeye mu ntara ya Muyinga […]

4,210 total views, 4,210 views today

...
More

Inyuma yaho afashije gutahukana igikombe ca Peace Cup hamwe n’igikombe c’ihiganwa ryo  mu murwi Rayon Sports yari asanzwe amenyereza  agaca anatorwa nk’umumenyereza wa mbere yitwaye […]

3,615 total views, 3,615 views today

...
More

Umunyegori w’umurundi yahora akinira umugwi Vital’O Fc kera eka na Prince -Louis, Justin Ndikumana yamaze guhabwa amasezerano mu mugwi St loi Lupopo usanzwe uri mu […]

16,598 total views, 12,321 views today

...
More

#indundi Sports | Primus League Ku Ncuro Igira 8

Wednesday October 18, 2017 Comments

Ihiganwa Primus League rigiye kubandanya ku ncuro igira 8

Ku musi wa gatanu igenekerrzo rya 20/10
Messager Buja – Aigle Noire isaha 14h ( Stade PLR)
Les Lierres […]

2,804 total views, 146 views today

...
More

Inyuma y’igikombe c’umukuru w’igihugu twari tumenyereye mu rukino rw’umupira w’amaguru, hagiye gutangura ico gikombe nyene mu rukino rwa Basket Ball hano mu Burundi.
Amakuru duhabwa n’abariko […]

5,570 total views, 61 views today

...
More