;
Scroll to Top

Moss kiny aje mu mwaka mushasha n’indirimbo, co kimwe n’ishusho nshasha

By John Gibbon / Published on Sunday, 20 Jan 2019 11:48 AM / No Comments / 341 views

Inyuma yagacerere yaramazemwo igihe  asohokeye mu bikorwa, Moss Kiny muri kuno kwa nzero(01) 2019 akaba yamaze guheza gufata amashusho (Clip Video) y’indirimbo nshasha ‘’Forever Young’’.

Musa Bamba azwi kw’izina rya Moss Kiny ngo nubwo ubuzima bwo mu mahanga bugoye umuziki ntibashobora kuwibagira, akaba yaraye ahejeje igikorwa co gufata amasanamu y’indirimbo nshasha yateguriye abakunzi b’umuziki ndundi.

Indirimbo iriko ikorwa n’abahinga babiri muri Fort worth Texas, David na De ‘ira, Kiny  atwizeza ko izoza ikoze neza gusumba izindi kuko yanashizwemwo nuburyo butari buke.

Mwomenya ko uwo musore akiri muto ari umurundi yavukiye mumahanga ubu akaba aba Fort worth Texas.

1,500 total views, 10 views today

Comments

comments