Scroll to Top

Indundi Sports | Frendly Game : Intamba U 20 ziraza gutana mu mitwe na Buja City

By Radjabu Bosingwa / Published on Saturday, 19 Jan 2019 01:50 AM / /

Inyuma yo gutsinda ibitsindo 2-0 Umugwi nserukira gihugu w’Ubuganda w’abatarenza imyaka 17 Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 ziraza gusubira gutana mu mitwe na Buja City ikina mu cicaro cambere .

Ruza kuba ari urukino rugira kabiri rwa kivandimwe rwo kwitegurira inkino za CAN U 20 zizobera muri Niger kuva kwigenekerezo rya kabiri Ruhuhuma gushika kuri 17. Urwo rukino rukaza kuba kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 19 nzero umwaka wa 2019 isaha icenda 15h00 Ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore .

Mu kamenya ko Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 ziri mw’itsinda rimwe na Niger , Africa y’epfo hamwe na Nigeria .

23 total views, 0 views today

Comments

comments

Add Comment