Scroll to Top

Coupe du president : Uko imigwi izohura mu gice 1/8 gishira icanyuma

By Radjabu Bosingwa / Published on Wednesday, 16 Jan 2019 07:11 AM / /

Imigwi izohura mu gice 1/8 gishira icanyuma c ‘igikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu yamaze kumenyakana naho hatarashigwa ahabona umusi inkino zizoberako n’ibibanza zizoberako.

Uku niko imigwi izohura :

  • Lumiere de Mwumba Izohura na Aigle Noir
  • Moso Sugar izohura na Rukinzo Fc
  • Buja City izohura na Inter Star
  • Top Junior izohura na Ngozi City
  • Fambleau du Centre izohura Musongati Fc
  • Flambeau de l’Est izohura na Messager Ngozi
  • Kayanza United izohura na Messager Buja
  • Les Lierres izohura na LLBS4A

85 total views, 1 views today

Comments

comments

Add Comment