Scroll to Top

Ndikumana Justin yaraye akinye urukino rwiwe rwambere muri Sofapaka Fc

By Radjabu Bosingwa / Published on Tuesday, 15 Jan 2019 05:23 AM / /

Umunyegori w’intamba mu rugamba Justin Ndikumana batazira Kabengele yaraye akinye urukino rwiwe rwambere yambaye umwambaro wa Sofapaka Fc.

Mu urukino rw’ihiganwa ryo muri Kenya rwaraye ruhuje Sofapaka Fc hamwe na Vihiga Fc ku musi w’imana igenekerezo rya 13 Nzero umwaka wa 2019, iyo migwi yompi yanganije igitsindo 1-1 .

Umunyegori Justin Ndikumana  yifashe neya ndetse aranasama imipira ikoma komeye . Sofapaka Fc imaze gukina inkino indwi n’amanota indwi ikaba ifata iri mu kibanza ca 11 mw’ihiganwa ryo mu Gihugu ca Kenya .

93 total views, 1 views today

Comments

comments

Add Comment