Scroll to Top

Coupe du president : Uko imigwi yose yatsindanye mu gice 1/ 16 gishira icanyuma

By Radjabu Bosingwa / Published on Tuesday, 15 Jan 2019 01:42 AM / /

Kuva kw’igenekerezo rya 10 gushika Igenekerezo rya 13 nzero ihiganwa ry’igikombe c’Umukuru ryarabandanije mu gice 1/16 gishira icanyuma.

Uku Niko imigwi yose yatsindanye :

-Rukinzo 1-0 Les crocos

  • Vital’o Fc 0-0 Lumiere de Mwumba ( Penalties 3-5)
  • Buja city 2-1 Sangwe Fc Bururi
  • Les lierres 1-1 Unite Fc ( Penalties 4-2)
  • Flambeau du Centre 2-2 Delta Star ( Penalties 4-3)
  • Messager Du centre 2-1 Muzinga Fc
  • Aigle Noir 2-0 Busoni Star
  • Musongati Fc 1-1 Bs dynamic ( Penalties 5-4)
  • Kayanz United 2-0 Les jeunes Athletics
  • Messager Buja 1-1 Butare city ( Penalties 4-3)
  • Athletics Olympic 1-2 Moso sugar
  • Bumamuru 2-3 Top Junior
  • Flambeau de l’Est 1-0 Royal
  • LLBS4A 1-0 Rumonge City
  • Ngozi City 2-1 Santé Fc
  • Olympic Star 1-2 Inter Star .

83 total views, 1 views today

Comments

comments

Add Comment