Umukinyi w’umurundi afise n’ubwenegihugu bw’ubwongereza, Gael Bigirimana, ubu abarizwa mu gihugu ca Ecosse mu mugwi wa Motherwell usanzwe ukina mw’ihiganwa ry’icicaro ca mbere caho.
Indundi
Inyuma y’umwaka […]

2,366 total views, 437 views today

...
More

Inyuma y’ukuronka itike y’ugukina urukino rwa nyuma mu gikombe c’umukuru w’igihugu,  Messager Ngozi yaraye imenye umugwi bagiye guhura mu rukino rwa nyuma rw’igikombe c’umukuru w’igihugu.
Olympique […]

2,018 total views, 31 views today

...
More

Muruku kwa Myandagaro  ku magenekerezo ya 5 gushika kuya 13,  mu gisagara ca Londres mu Bwongereza, hategekanijwe ihiganwa ry’ukwinonora imitsi  ry’isi yose ( Championnat du […]

9,501 total views, 14 views today

...
More

Arakaza Mac Arthur Mu Mugwi Wa Homeboyz

Sunday June 25, 2017 Comments

Arakaza Mac Arthur, ashobora gusinya amasezerano mu mugwi wo mw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu gihugu ca Kenya (KPL), HomeBoyz  wo mu gisagara ca Kakamega.
Amakuru duhabwa n’uyo […]

9,133 total views, 20 views today

...
More

Kuri uno wa gatandatu, igenekerezo rya 24 Ruheshi, mu ntara ya Bubanza niho hari haba ibirori vy’ugusozera igikombe cahuje amakomine yose yo mugihugu uko ari […]

4,943 total views, 3 views today

...
More

Ngando Omar Yamaze Gusinya Muri As Kigali

Friday June 23, 2017 Comments

Amakuru dukesha AS akigali aremeza yuko umukinyi w’inyuma w’Intamba mu Rugamba Ngando Omar amaze gusinya mu Mugwi AS Kigali Imyaka igera kuri 2.

Ngando Omar yahora […]

3,511 total views, no views today

...
More